Kimwe mu vyihutira kwerekana umunyakagaye ni ukutabwirizwa. Ukudahanurwa! AKAGAYE NTAWE KEREYE ! Iryo ni ijambo rimwe mu majambo aza ku mutwe w'agatabo kanditswe n'umukurambere, NAHAYO Firmato gasanzwe kandandazwa…
Abahinga bose mu budandaji bagiye barabigarukako. Aha duciye ku masonga twovuga nk'uwitwa Brian Tracy hamwe na Zig Ziglar bo muri Amerika. Bose rero barihweje inyifato y'umuntu, maze bayigereranya…
URUKUNDO RWO RUSA NIRWO RUKIZA Iyo rero abantu bahejeje bakavuga ibijanye n'urukundo, turaheza twese tugaca twihutira kubona rumwe ruhagaze ahanyiganyiga, ku bishobisho rw'abataremye kumwe mu buryo…
Mw'ijambo "igicumuro'' ndumvamwo ijambo "icumu". Iyo ucumuye rero, ni nk'uko uba ucumise. Uwo mucumuranye burya muba mucumitanye! Muba musamburanye. Muba mumongoranye amubi…
"Ukwigisha ibijanye n'ubuhinga bwa none no gutumatumanako amakuru mu mashure bifasha igihugu gushika kw’iterambere. Ubwo buhinga bufasha kandi umunyeshure gutera imbere mu bumenyi bukanatuma umwigisha nawe akarisha…
Ufatiye ku vyo uriko uvuga ko bandi usanzwe uzi bitavye Umuremyi, weho mbega niwitaba Umuremyi bazosigara barakuvugako iki? Aka ni ko kanya k'ukubitegura. Mu gitabo canditswe n'umwanditsi wo muri America…
Urwaruka ruhurikiye muri koperative “kenura imiryango iwacu” rufashwe mu mugongo n’ishirahamwe ryo mu gihugu kibanyi ca Tanzaniya “SAORE Company Limited” ruherutse gushing ishirahamwe ry’ubworozi tutari tumenyereye aha…
Muri bino bihe tugezemwo akaranga k' ingo nyishi karatitutse cane gushikahokurenga ibigo bisigaye bimeze nk'ibikino vy'ama reresi(cinema) canke urwenya(Comedy ) "Ukwubaka si ukujandajanda" Ibanga ryo…
Uburundi ni kimwe mubihugu vyo mukarere ka Afurika y'Ubuseruko gifise urwaruka rufise Impano kandi nyinshi zitandukanye aho tutosiga inyuma Impano yo gushushanya canke ugucapa.Bamwe ngo babifata uko bishakiye kuko!-->…
"Ikoreshwa ry’ubuhinga bwa none rishobora gufasha mu kurwanya urudandanzwa rw'abana. Ariko kandi n’abana bashobora kudandazwa hakoreshejwe ubuhinga bwa none". Francis Olivier Cubahiro, umwe mu bakoze icigwa ku…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.