activity-at-messageBurundidutwengeJudokirundi

#Comedy| Abarya ivyuma n’abakina karate Mutima abategurira ikibi

Bangaya imbaga nkabagaya intege” Mutima ngo  ntariko  aja  mu nkino za karate kumwe n’abatarerura ivyuma, ico  ariko akora n’ukwitonda, abo nabo akazobacokoza amaze gushika mw’ijuru, kugira arabe ko bazomukubitira imbere n’Imana.

Abakoresha igikenye, ingimba, no kurenganya abandi Mutima ngo  ntabaha ikibanza akabavunira akagohe ababwira ko imanza  zo mwijuru zitajamwo igikenye.

Uwo mu nyarwenya akaba muri ino misi ariko azana imvugo zifobetse aho ashiramwo imigani, nka “Urucira umukate rugahitana ivoka”.

Ku bakunzi burwo rwenya mushobora gukurikirana hano musi

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 500