BurundiCooperationhomepagekirundi

Coopération: Imigenderanire y’Uburundi n’Ubumwe bwa Buraya igiye kunagurwa

Reta y’Uburundi iciye ku mushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu, Ambassadeur Albert Shingiro yongeye kwugurura ibiganiro n’ishirahamwe ry’ubumwe bwa Buraya mu ntumbero yo kunagura imigenderanire imaze igihe itameze neza.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 768