BurundiHealthhomepageIkibanokirundi

Coronavirus : Ikiringo bahora bahabwa congerejwe

Ikiringo cahora gihabwa abavuye hanze y’igihugu mu ntumbero yo kubasuzuma ko ata mugera wa coronavirus boba binjiye bafise congerejweko imisi ine.

Nk’uko bishikirizwa na Thaddée Ndikumana, umushikiranganji ajejwe kubungabunga amagara y’abantu n’ukurwanya Sida ico kiringo cahora ku masaha 72 cashizwe kw’iyinga ikwiye.

Ivyo yabishikirije kuri uno wa gatanu, igenekerezo rya 8 Nzero 2021 mu ruganda rwo kurimbura ivyaranguwe n’ubushikiranganji aramutswa mu mezi atandatu aheze rwabereye mu kigo INSP.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 750