EntertainmentGospelhomepagekirundi

David Nduwimana inyuma yo kuzunguruka Australia na Israël Mbonyi 🇷🇼 araje no muri Afrika

Mu makuru yacu twari twabashikirije twarababwiye ibiteramo David arikumwe na Israël Mbonyicambu  bategura gukorera mu bisagara bikuru vyomuri Australia, ku bwa David ngo arashima cane ibiteramo vyose kuko vyagenze neza.

Imbere yuko  aza mu gihugu c’amavukiro mu giteramo citiriwe “Narahariwe” azobanza afate rutemikirere i mushikana mu gihugu c’u Rwanda muri Camp Kigali akazoba ari kw’igenekerezo rya 21 Rusama 2023

Atavyo guteba mu kwezi gukurikira nyene Ruheshi akazoba ari mu gihugu c’Uburundi igenekerezo rya 16 n’irya 25 mu bibanza batarashima kumenyeshwa, haba mu baririmvyi bazofanyasha,igiciro co kwinjira, uko bitunganijwe vyose ngo tuzobimenyeshwa hanyuma.

Ico tubasaba n’ukubandanya mu dukurikirana, vyose tuzobikumenyesha uko bizogenda bikurikirana.

Wumvise David Nduwimana n’indirimbo iyahe ucawibuka?

What's your reaction?

Related Posts

1 of 770