homepagekirundisociete

#Diaspora| Moses Chimamanda yaraye amusimbanye

Ngo ikiranga umukozi w’Imana n’ubushingantahe kandi ntiwoja guhanura ingo n’imiryango nawe atarugo rw’akarorero ufise. Iyo niyo mvo yatumye Moses afata ingingo yo gushinga urwiwe.

Moses yamenyekanye kw’izina rya King Moses mu muziki mu nyuma amenyekana nk’umukozi w’Imana kw’izina rya Chimamanda niwe yaraye ashinze urwiwe.

Iyo ari muri Reta zunz’ubumwe za America kw’igenekerezo rya 10 Munyonyo niho yubakana n’umwigeme afise akabira k’abazayirwa ndetse n’akabanyamerica.
Akaba yaraye abaye umugabo, akatangariza abakunzi biwe ndetse n’abarundi ko ubu agiye gushingwa amabanga akomeye kubwiyo ntambwe ateye.

Indundi Magazine tukaba tubakeje tubifuza kugira urugo rwiza rw’akarorero.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 756