AnimalsBDUSADiasporadiaspora eventskirundiVideo

#diaspora| News|Umuco wa Japhet Legentil ku makenga ya bamwe n’abandi

Abenshi mu barundi baba mu mahanga (diaspora Burundaise), ntibabona kumwe itunganywa n’indinganiza za diaspora y’ Uburundi, eka n’indwi yahariwe umurundi aba mu mahanga bakayibona ugutandukanye.

Umushingantahe Japheti Legentil aramutswa diaspora y ’abarundi kw’isi yose aratanga umuco ku makenga ya bamwe n’ abandi ku kibazo c’itunganywa ry’ibikorwa vya diapora ndetse n’abagize dispora, kandi anagirako abakangurira guhamvya abandi muri diaspora mu ntumbero yo guterera umuganda igihugu cabibarutse.

Ivyo n’ ibindi vyinshi ni mu kiganiro aha musi

What's your reaction?

Related Posts

1 of 474