BurundiEntertainmentkirundi

#diaspora|Mkombozi asaba ko izina Lucifer atamuntu yosubira kuryita Satan

Mu ntumbero yo gukura amakenga ku mpari kw’izina yitwa nka Lucifer, Nzeyimana Thomas yatanze umuco.Mu kiganiro n’imwe mu mboneshakure yo mu gihugu ca Tanzania ITS TV amenyesha ko izina Lucifer ari izina ryiza ryari ryahawe umumalayika mukuru mw’ijuru nk’ikimenyetso canke inyenyeri y’umuco, ariko Ku mvo z’ubwibone aca agarariza umurenyi, ariyo mpamvu yaciye atiburirwa mw’isi maze yitwa Satan.

Ntiyaba acitwa Lucifer ukundi arikwo kwitwa umubisha gisigura Satani cangwa Shetani.
Muri ico kiganiro n’umuhinyanyuzi Rubanza Jay, Mkombozi amenyesha ko yatanguye kuririmba kera, akaba yabonye vyinshi, ndetse n’ubushimwe bwishi, ubu akaba ari kurwego mpuzamakungu.

Nayo ngo muri Tanzania we s’umushitsi kuko ahazi kandi yanakoranye indirimbo n’umwe mu baririmvyi badasanzwe azwi kw’izina rya Alikiba .
Ivyo n’ibindi bikorwa vyinshi kumwe n’ikimugenza muri Tanzania mu kiganiro kirambuye hano musi

What's your reaction?

Related Posts

1 of 583