homepageIKIRUNDI_newsImyidagadurokirundikirundi_entertainment

Emery Sun indirimbo yiwe indyarya yamaze kuyisubiriza

Ni umuririmvyi benshi bemera ko abishoboye ariko Emery Sun kuvyerekeye kwimenyekanisha ku mbuga ngurukana bumenyi si ikirenga canke kugira inkuru zimuvurwako hirya n’ino ntabwo biri muri kamere kiwe.

Ugerageje kumukurikirana afata ikibanza ciza mu kwandika indirimbo z’urukundo ariko gusohora indirimbo nshasha ntabikora cane ariko iyo asohoye ntakunda guhusha.

Indirimbo yiwe Indyarya niyo yari imaze imisi inyengetera mu bantu yarashoboye gukundwa cane, ururimbo ruvuga abantu ingene ari indyarya badashaka kubona umuntu ateye imbere.

Igenekerezo rya 22 Mukakaro 2022 isango yari yatanze ryabaye ntabanduka, indirimbo yiwe” Tagata” yamaze gushika ku rubuga rwa youtube
irimwo amajambo ngo abibaza ko ataco uzovamwo nibaze barabe uko uno musi utagase.

Kubitira kuri youtube nawe uyumvirize ugire ico umubwiye
ni Tagata by Emery sun.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 755