AwardsBurundiÉnergiegroups-membership-request-accepted-by-adminhomepagekirundiyouth

Entrepreneuriat: Ahamagarira abarundi kumufata mu mugongo

Vianney Saidi Baseka, umurundi aserukira ishirahamwe  UJEAD-AKEZA Company, ari mu banyafrika 10 bari mw’ihiganwa ryitiriwe “Social entrepreneur of the year”. Abo cumi bakaba batowe mu bandi 1000 bari mw’ihiganwa.

Baseka Saidi akaba asaba abarundi na cane cane urwaruka kumushigikira mu kumutora kugirango ashobore gutahukana agashimwe nk’uwaserukiye Uburundi.

Tubibutse ko Saidi asanzwe afasha cane mu kwigisha imyuga mitomito urwaruka rushaka kwiyungunganya nko mu gukora amasabuni avura indwara zo ku rukoba n’ibindi.

Mu kumutora uca kuri :

https://www.africayouthawards.org/vote/ hanyuma mugafyonda kw’izina ryiwe.

Gutora bizorangira igenekerezo rya 28/12/2020.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 765