Burundihomepagekirundiyouth

Igituma urwaruka ruheza amashure ntirumenye ariko ntirumenye kuvuga ururimi rw’icongereza

Mu Burundi hariho urwaruka ruheza amashure yisumbuye mbere na kaminuza ariko rudashobora no kuvuga ngo rutange ivyiyumviro mu rurimi rw’icongereza.

Ariko rero ntibisigura ko batazi urwo rurimi.

Mw’ishure umunyeshure arashobora kunanirwa no kuvuga, ariko ahawe kwandika akabishobora neza cane.

Ugutinya kuvuga (ngo ninavuga amakosha barantwenga, …) ni bimwe mu bica bizingamika urwo rwaruka gutera imbere mu rurimi urwarirwo rwose.

Ishirahamwe KIT-Hub ribona ko ku mashure hobaho umwanya wo guhimiriza urwaruka kugira ngo ruze rurubahuka kuvuga muri urwo rurimi, ivyo vyose bikaba ku neza ya kazoza karwo.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 765