BurundihomepagekirundipoliticsPolitique

Ihuriro ry’imigambwe yemewe n’amategeko mu #Burundi irashima ingingo Reta iherutse gufata

Imigambwe igize ihuriro ry’imigambwe yemewe n’amategeko mu Burundi yashikirije kuri uno wa gatatu, igenekerezo rya 10 Ruhuhuma 2021, itangazo rijanye n’ingene yakiriye ingingo ya Reta y’Uburundi yo kwugurura ibiganiro bihuza Reta y’Uburundi hamwe n’ishirahamwe ry’ibihugu vya Buraya.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 764