Healthhomepagekirundi

Ikiza ca Covid-19 ngo catumye abageze mu zabukuru bagira agahinda n’ubwoba bidasanzwe

“Hategerezwa kuboneka uburyo bwo guhangana n’ikiza ca Covid-19 hisunzwe kwubahiriza agateka k’abageze mu za bukuru”.

Ivyo ni ivyashikirijwe n’umunyamabanga mukuru w’Ishirahamwe mpuzamakungu ONU, ku musi mpuzamakungu wahariwe kurwanya ikumirwa rikorerwa abageze mu za bukuru, umunsi wama uhimbazwa ku wa 15 Ruheshi uko umwaka utashe.

Antonio Guterres amenyesha ko icegeranyo ca ONU cerekana ko ikiza Covid-19, catumye abageze mu za bukuru bagira agahinda n’ubwoba bidasanzwe, mu gihe abarenza imyaka 80 bapfa, barenga incuro 5 z’abapfa kw’si yose.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 755