Burundihomepagekirundi

Imboneshakure zizokwerekana CAN U 20 zamaze kumenyekana


Mugihe kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 02 Ruhuhuma umwaka wa 2019 harindiranywe igishika inkino za CAN U 20 mu gihugu ca Niger , Imboneshakure zizokwerekana izo nkino zamaze kumenyekana.

Izo mboneshakure zimaze kugaragaza ko zizokwerekana izo nkino , akaba ari Imboneshakure OBSTV isanzwe ikorera kurubuga rwa Internet hamwe no kuri Sanga TV yo muri Senegal .

Iyindi mboneshakure zizokwerekana izo nkino tukaba tuyisanga kuri Canal+ nayo ikaba iri Ku murongo wa 212.

Mukamenya ko Intamba mu rugamba z’abatarenza imyaka 20 zifise urukino kuri uyu wakabiri igenekerezo rya 02 Ruhuhuma n’igihugu ca Niger arico cakiriye izo nkino za CAN U 20.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 764