AwardsBurundihomepageIKIRUNDI_newsImyidagadurokirundi

Imiriyoni 5 ntizigucike na Dance for Peace Tambira Amahoro

Ihiganwa rya Dance For Peace Tambira amahoro risigaje imisi 15 gusa kugira rirangire. Imigwi 32 niyo imaze kwiyandikisha nayo intara ya Ngozi akaba ariyo iza imbere hamaze kwiyandikisha imigwi myinshi mu gihe intara ya Kayanza ariyo iza ubwa nyuma ata mugwi n’umwe uriyandikisha.

Kwiyandikisha ubanza guca kuri Page ya Facebook Dance for Peace Tambira amahoro ukabona ino Link : https://forms.gle/4H54AZPxhwCRHKTY6

Uraheza ukayugurura maze ukuzuza ibisabwa. Uwo bigoye nawe yosaba ubufasha kuri 61619398 canke agashika ahakorera Buka Pay i Bujumbura kuri Avenue de l’amitié mu nyubakwa ya Rusca plaza bureau G7 canke muri Kamenge Business house bureau 2015; i Ngozi mworondera Jayfazz Hassan ( 79619830), mu Kayanza mworondera uwitwa Domix ( 79200066), i Gitega mworondera Dj Karya Iddy ( 69110644).

Tubibitse ko uwuzotahukama iri higanwa azotahana 5.000.000 BIF nayo uwa 2 akaroka 3.000.000 BIF uwa 3 akaronka 2.000.000 BIF.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 764