BurundiCooperationDevelopmenthomepagekirundi

Imwe mu migambi ishirahamwe Unicef ritegurira urwaruka rw’abigeme mu Burundi

Guhimiriza abigeme kwijukira kwiga ibijanye n’ubuhinga hamwe no gutumatumanako amakuru ni imwe mw’ihangiro ry’ishirahamwe mpuzamakungu riharanira agateka k’abana UNICEF Burundi.
Umutambukanyi y’umukuru w’igihugu yashibikirije kuri uyu wa kabiri inyuma y’umubonano yari ahejeje guha uwuserukira iryo shirahamwe mu Burundi Jonh Egbe Agbor.
Angeline Ndayishimiye yamenyesheje kandi ko ishirahamwe UNICEF rizobandanya gushigikira Reta mu mugambi wo kugwanya gufungura nabi (Malnutrition zero).
https://youtu.be/8kJIesIc8U4

What's your reaction?

Related Posts

1 of 771