homepagekirundi

Sat-B arizeza abakunzi b’umuziki ko indirimbo yakoranye na Meddy ihari

Sat B mugihe ari mugihugu kibanyi ca Tanzaniya arizeza abakunzi ko naho haciyemwo ibintu vyingora indirimbo yawe na Meddy irahari kandi izosohoka

Mugiye abeshi bafise amakenga kubivugwa kundirimbo bakoranye na Meddy umuririmvyi Sat B aremeza akanemanga ko iyondirimbo ihari kandi izosohoka igihe nicagera.Ivyo akaba abishikirije inyuma yaho abeshi bibazako nimba koko iyondirimbo izontinda isohoka abandi nabo ngo iyondirimbo izohava ikurwamwo amajwi ya sat-b hakajamwo ay’uwundi umuririmvyi.Amakuru yukwizera nuko Sat-B iyari ubu muri Tanzaniya bashobora gusubira guhura na Meddy bagasubiramwo iyo ndirimbo ikaca ija muru kwirikirane rw’indirimbo za Meddy asazwe ariko arategura ruzoba rurimwo abaririmvyi bakoranye na Meddy nka Diamond platnumz nabandi asazwe ariko arategura.

Mwomenya kwiyasazwe ari mugihugu ca Tanzania amenyesha koyagiye gukora akazi kumuziki wiwe aho ariko arakora indirimbo zitandukanye akaba anavuga kururirimbo ruzokwirikira  indirimbo Karabarya azoba ari ururirimbo rwiwe wenyene atari iyobakoranye n’uwundi bimwe bita Collabo.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 755