BasketballArsenalBurundiChelseafeatured sporthomepageInkinokirundi_SportsMathematiqueMiss EricaWorld News

#indundi SPORT|Reg BB Patrick yasezerewe na Al ahly

Umugwi wa Basketball Reg BBC wo mu gihugu c’u Rwawanda wasezerewe mu mahiganwa ya Africa ya Basketball Afroleague .

Hari Kur’uwu w’Imana igenekerezo rya 10 Ruhuhuma umwaka wa 2019 umugwi Reg BBC umenyerezwa n’umurundi Patrick Ngwijuruvugo wari wakiriwe na Al Ahly muri

mu misiri mu rukino rwa Africa Afroleague rwa Basketball, mu gihe u Rwanda rwari ruserukiwe na REG BBC birangira Al ahly itsinze Reg BBC amanota 78 kuri 76. Mbere vyaboneka kon rwari urukino Reg BBC wari wifatiye mu maboko, kuko mu masegonda 40 yari asigaye kugira urukino rurangire Reg BBC yari imbere Ku manota 76 kuri 74 ya Al Ahly mu nyuma, nayo iza kubahindurira itsinda amanota 4 bituma basezerera Reg BBC Ku manota 78 kuri 76.

Al Ahly ikaba ariyo yaciye ibandanya muri ayo mahiganwa y’ Africa hamwe na Primeiro de agosto yo muri Angola mugihe Reg hamwe na Fe

What's your reaction?

Related Posts

1 of 849