abakinyi bakina hanzeBasketballkirundi

# Indundi Sports | Basketball : Abakinyi b’Urunani bagiye gutangura imyimenyerezo y’inkino za African League Bal

Imyimenyerezo yo kwitegurira inkino  zo gukurakuranamwo za Basketball African League ( BAL) iza gutangura kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 15 Myandagaro 2022 isaha zine 10h zo mugitondo ku kibuga co muri Quartier Jabe III.

Abakinyi bagiye gutangura imyimenyerezo bavuka mu Burundi akaba ari aba bakurikira :

1) Landry
2) Guibert
3) Malick
4) Bryan
5) Oly
6) Yves
7) Gasongo
8) Richard

Abazosuburira abandi  akaba ari aba bakurikira :

– Davy
-Clovis
– Prince

Abakinyi mvamahanga ba 4 nibo Urunani rwemerewe  kwongereza inguvu muri uwo mugwi ariko uwo mugwi  ukaba wahisemwo  babiri gusa .

– Bwanga
– Ereng

Abandi bakinyi bava mu mahanga bashobora kuza kwongereza inguvu bazoboneka imbere y’uko uwo mugwi ufata urugendo .

What's your reaction?

Related Posts

1 of 584