AthletismehomepageIKIRUNDI_newskirundi_Sports

# Indundi Sports| Francine Niyonsaba agiye gusubira guhiganwa mu Bufaransa

Inyuma yo kwandika amateka adasanzwe mu gufata ikibanza ca mbere mw’ihiganwa rya Prefontaine riheruka ryariko ribera muri reta zunze ubumwe za America Francine Niyonsaba yahavuye kandi abandaniriza urugendo mu gihugu c’Ubufaransa, akaba agiye gusubira guhigamwa mu mahiganwa ya Diamonds League Athletico agiye kubere mu gihugu c’Ubufaransa mu gisagara ca Paris.

Francine akaba ariko abandanya atera iteka igihugu c’Uburundi mu mahanga bivanye n’ingene ariko aritwara.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 824