CAN2019footballInfrastructuresInkinointamba murugambaprimus ligueprimusic-burundi

Ishirahamwe AFH ryatunganije ibikorwa vy’ici ku rwaruka ruri mu karuhuko

Mu ntumbero yo gufasha urwaruka no kururinda kuja mu bitabereye mu gihe c’uburuhuko, ishirahamwe Football Helps ( AFH) ryatunganije ibikorwa kuri urwo rwaruka bizotangura kw’igenekerezo rya 18/07/2020 mu nyakabiga avenue de l’imprimerie kuva isaha 8h.

Kakazoba ari n’akaryo keza ko kwigisha urwo rwaruka ivyirwa vyo kubakundisha igihugu no kukizirikana , bakazokora n’ibikorwa rusangi mu gusukura igisagara na cane cane muri Komine Mukaza mu gusozera ivyo bikorwa urwo rwaruka ruzoronswa amakaye .

Mwomenya y’uko atari irya mbere iryo shirahanwe rya Football Helps ritunganya izo nkino ku rwaruka.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 193