abakinyi bakina hanzefootballIKIRUNDI_newsintamba murugamba

# Indundi Sports | Mbirizi Eric yaguzwe n’umugwi Rayon Sports wo mu gihugu c’Urwanda

 

 

 

Mbirizi Eric mutoya wa Christian Mbirizi yakiniye kera imigwi ya Vital’o Fc na Muzinga Fc hano iwacu , yaguzwe n’umugwi Rayon Sports wo mu gihugu c’Urwanda .

Mbirizi Eric  yahora Akinira umugwi Messager Ngozi, yashize umukono ku masezerano yo gukinira Rayon Sports mu kiringo c’Imyaka 2 , ahabwa amadorari 18,000 $ .

 

Ni umwe mu bakinyi beza cane bakina hagati mu kibuga yakundwa cane na Jimmy Ndayizeye .

Mwomenyako Rayon Sports mu mwaka uza izomenyerezawa n’umumenyereza w’Umurundi ariwe Haringingo Francis Mbaya .

 

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 206