abakinyi bakina hanzefootballIKIRUNDI_newsInkinointamba murugambaUncategorized

#Indundi Sports| Patrick Kanianga ku rutonde rw’abakinyi baza kugombora muri Turkey

Inyuma yo gushika mu gihugu ca Turquie , umukinyi w’umusatirizi wa Bumamuru Fc Patrick Kanianga yashizwe ku rutonde rw’abakinyi baza kugombora mu rukino rwa kivandimwe ruza guhuza umugwi asanzwe akinamwo wa Sakaryaspor wo mu cicaro ca kabiri hamwe na Neftchi Baku.

Kanianga akaba ariko ageragezwa muri uwo mugwi wo mu cicaro ca kabiri mu gihugu ca Turquie.

Mwomenya ko Kanianga yinjije ibitsindo vyinshi mw’ihiganwa rya Primus League ry’umwaka w’ 2021 ushira uw’2022.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 256