featured sportfootballkirundiSport

# Indundi Sports | Primus League : Uku niko imigwi igiye guhura ku ndwi ya 27

kuva kuri uyu wa kane igenekerezo rya 27 gushika ku 28 Ndamukiza 2021, ihiganwa rya Primus league rigiye kubandanya kundwi yaryo ya 27 .

 

ku musi wa Kane igenekerezo rya 27 Ndamukiza inkino zitegekanijwe uku gukurikira:

– Isaha Icenda 15h00 ku kibuga Intwari , Umugwi Bs Dynamik uzokwakira Kayanza United

– Isaha icumi 16h00 ku kibuga Intwari , Buja City izokwakira Royal Fc

– Isaha Icenda 15h00 ku kibuga Urukundo , Messager Ngozi izokwakira Rukinzo Fc

– Isaha Icenda 15h00 ku kibuga Urunani , Bumamuru izokwakira Olympic Star

– Isaha Icenda 15h 00 ku kibuga co mu Ruyigi , Musongati Fc izokwakira Les elephants

ku musi wa Gatanu igenekerezo rya 30 Ndamukiza 2021:

– Isaha Icenda 15h00 ku kibuga co mu Ruyigi , Flambeau du Centre izokwakira Vital’o Fc

– Isaha Indwi n’igice 13h30 ku kibuga Intwari , Inter Star izokwakira Athletico Academy

– Isaha Icumi 16h00 ku kibuga Intwari , Muzinga Fc izokwakira Aigle Noir.

Mwomenya ko umurwi  Flambeaux du Centre ariwo iufata ikibanza ca mbere vy’infata kibanza mw’ihiganwa.

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 606