Burundihomepagekirundi

Uku niko ihiganwa ry’abigeme ryaraye rigenze

Ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu bigeme ryaraye ribandanije ku ndwi yaryo igira kabiri. Uku niko baraye batsindanye :

  • La colombe yanyagiye Inyange Fc ibitsindo 6 ku 0
  • PVP Buyenzi yanganije na Fofila Pf igitsindo 1 kuri 1
  • Lionne Star yanganije na Lionnes Fc 0 Ku 0
  • Ubuntu Women Fc yatsinzwe na Onze Etoile igitsindo 1 ku 0
  • Christ Roi yatsinzwe na Rain Bow ibitsindo 2 Ku 0

Uku niko imigwi isumbasumbanya amanota :

  1. La Colombe Fc ( buja) ifise amanota 6
  2. Fofila Pf (Ngozi) ifise amanota 4
  3. PVP Buyenzi ifise amanota 4
  4. Onze Etoile ( Kinama) ifise amanota 4
  5. Rain bow ( Gitega) ifise amanota 3
  6. Ubuntu Women Fc ( Kayanza) afise amanota 3
  7. Lionnes Fc ( Gihanga) ifise amanota 2
  8. Lionne Star ( Ngozi) ifise inota 1
  9. Christ Roi ( Gitega) ifise inota 1
  10. Inyange Fc ( Rumonge ) ifise amanota 0.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 764