Athletismekirundi_Sports

#Indundi Sports| Umukuru w’Igihugu c’Uburundi yashimiye Francine Niyonsaba

“Urakaramba Ambassadeur Francine Niyonsaba ! Uri urugero mu runganwe, iteka ku Burundi, Imana iguhangaze”.

Ayo ni amajambo yashikirijwe n’Umkuru w’Igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye inyuma y’aho Francine Niyonsaba afashe ikibanza ca mbere mu mahiganwa ya Diamond League ku metero 30.000. Francine Niyonsaba ico kirere akaba yaraye acirutse mu minota 8 amasegonda 26 n’ivyijana 80.

Francine Niyonsaba igihe yari ahejeje gufata ikibanza ca mbere

Mwomenya ko iryo higanwa rya Dimaond League ryaraye ribereye mu gisara ca Lusanne mu gihugu ca Suisse  mw’ijoro ryo kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 26 Myandagaro 2022.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 277