EntertainmentAkes Donhomepagekirundiprimusic-burundisociete

Best Life Music mu gikorwa co gufasha abatishoboye

Aho baramutse baja muri zone ya Kanyosha kur’uyu wa 30/03/2019 ahasanzwe harerewe impfuvyi harimwo n’abagendana ubumuga butandukanye (Centre Isange Sainte Rosselo).

Umurwi BestLife bavuga ko izo ari zimwe mundoto zivyo bipfuza gukora kandi bakabikora babikunze kandi bivuye ku mutima kuko ngo s’igikorwa bipfuza ko coherera aho muri zone ya Kanyosha gusa ahubwo ngo uburyo bubakundiye bipfuza ko vyoba ku gihugu cose bagasangira duke bafise n’imiryango itishoboye.

Aho mwomenya ko ari mugihe umurwi Best Life Music babandanya kwandika amateka ku ndirimbo yabo Nkuyakuya barikumwe na MbData aho ibandanya kwerekanwa kumboneshakure mpuzamakungu no ku ma radio station yo mubihugu bitandukanye vya Africa

What's your reaction?

Related Posts

1 of 772