BurundiÉnergiegroups-membership-request-accepted-by-adminhomepagekirundisecurity

Ingendo nk’iyo ngo ni iyo guterwa ivyatsi

Ubushikirangaji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, umutekano n’iterambere rusangi buriyamiriza ingendo itabereye yo guhohotera abantu badafise ubushobozi bwo kwigwanira nk’abana bamaze iminsi bahohoterwa canke banyuruzwa.

Bishikirizwa na Petero Nkurikiye asanzwe avugira ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati, umutekano n’iterambere ridakumira, mu kiganiro ku banditsi n’abamenyeshamakuru.

Petero Nkurikiye agahamagarira abavyeyi, ikibano n’amashirahamwe ajejwe kwitaho agateka ka zina muntu gukora ibishoboka vyose kugira iyo mirwi y’abo bantu ntibandanye ihohoterwa.

Yongeye amenyesha kandi ko ubushikirangaji avugira ataco butazokora mu kwubahiriza agateka k’abahohotewe.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 765