BurundiEntertainmentfootballkirundi

Ivya Bainturo na Empire Avenue biracarimwo agahaze

Inyuma yuko Empire Avenue itangaje ko itakiri kumwe n’umuririmvyi Bainturo biturutse ku masanamu y’ibiterasoni yasanzaye ku mbuga ngurukanabumenyi yerekana uwo muririmvyi n’umwigeme Nice Sky.

Ubu baho iyo Label nyene itangaza ko yarekuriye uwo muririmvyi gukoresha imbuga ngurukanabumenyi ziwiwe kugira ashobore kubandanya ibikorwa vyiwe vy’umuziki nkuko yari yabisavye naho ishusho yiwe n’ibikorwa vyiwe biriko biratituka ndetse nuko we na Nice Sky basavye ko bogirirwa ikigongwe imbere y’abarundi .

Gusa nubwo Empire Avenue yatangaje uko, mu gushira ku rubuga rwayo Cover ya Live ya Bainturo aza gukorera ku rubuga rwiwe rwa Facebook, benshi siko babibona ,kuribo ivy’uko Empire Avenue yirukanye Bainturo n’amayeri yo guhishira ivyo bakoze kandi ngo ni buzz gusa kuberako na Akes Don yanse kwirukana uwusanzwe ari umumenyesha makuru wa Chanel asanzwe arongoye ya Waka Light Tv

What's your reaction?

Related Posts

1 of 730