AgricultureBurundihomepagekirundi

Ivya nkenerwa ngo biriko birashikanwa mu bibanza vyabigenewe

Imifuko yo gushingura umwimbu w’ibigori hamwe n’utwuma two gupima ivyo bigori ngo biriko birakwiragizwa mu gihugu cose.

Umushikiranganji ajejwe uburimyi yabishikirije, kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 20 Ndamukiza 2021, mu gihe yariko arashikiriza ivyaranguwe n’ubushikiranganji arongoye mu gice ca gatatu c’umwaka w’2020 ushira uw’2021.

Déo Guide Rurema yavuze ko intara ya Karusi iza kw’isonga mu zarose umwimbu mwinshi mu gihe intara ya Rumonge ifata ikibanza ca canyuma.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 764