Entertainmentkirundi

Ivyari bisa n’ibigoranye ku baririmvyi bo mu burundi vuba bigiye gukorwa

Vyari bikiri indoto kubona abaririmvyi b’abarundi atamunyamahanga arimwo kugira bakore igiteramo ahantu hiyaguye.

 

 

Bibaye ivy’imboneka rimwe hakazoba ari kuri Stade INTWARI, tumenyereye kubona habera Inkino z’umupira w’amaguru, ariko igenekerezo rya 30 Kigarama 2022 abaririmvyi niho bazosozerera umwaka.

Lolilo, Big fizzo, R flow, Double Jay, kirikou, Sat-B, Channy Oueen, Monna walda, Alvin, Vania Ice, Easy boy,B face, Drama T,We love muzika.

Abo bose bazoba bahuriye hamwe kugira batange umuziki mwiza ku bakunzi babo
Kwinjira ni 10000, V. I. P 30000, VVIP 100.000 Fbu.

Murahawe ikaze mwese muje gushigikira abaririmvyi bacu.

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 550