BurundiDesignEntertainment2FashionFunnykirundi

#Ivyo yagiyemwo ashaka kumenyekana, Steve vyamubereye akazi kadasanzwe

Umunyamideri (Mannequin) akiri muto mu myaka, akagira igikuriro mu mwuga azwi nka Stevekid, amenyesha ko amaze gutahura impano yiwe kandi ko guterimbere bishoboka.


Akazi k’imideri Steve Uwimbabazi yagatanguye nko gufyinata ntiyari bwatahure ko gashobora kumutezimbere, ariko muri kino gihe akaba amaze gutahura inguvu n’ubushobozi biri muri we ndtse n’akamaro kuwo mwuga.
Ibikorwa vyiza akora, imigambi yiwe, imparo ndetse n’intambwe amaze gushikako ni mu kiganiro na Indundi TV hano musi

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 500