Burundihomepagekirundisecurity

Ivyokorwa kugira umutekano utsimbatare mu gisagara ca Bujumbura

«Ukurwanya amarigara no gushira amatara ku mpangu ngo ni bimwe mu vyofasha kwongereza umutekano muri komine Mukaza mu gisagra ca Bujumbura. »

Ivyo ni ivyashikirijwe kuri uno wa mbere igenekerezo rya 30 Munyonyo 2020 mu nama musitanteri wa komine Mukaza Rénovat Sindayihebura yagirishije abarongoye amadini, amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike n’ayandi mashirahamwe arangurira imirimo muri iyo komine.

Bamwe mu bitavye iyo nama bagarutse ku kibazo c’inzoga ya karibu hamwe n’utumashini two gutombora aho bamenyesheje ko biri mu bihungabanya umutekano n’ugusinzikaza amagara y’abantu.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 764