homepagekirundiWorld News

Leta zunze ubumwe za amerika zigiye kwima VISA abagore bibungenze

Leta zunze ubumwe za amerika ngo zishobora kuba zigiye gutangura kwanka guha uburenganzira bwo kwinjira mu gihugu (VISA) abagore bibungenze, baba bafise umugambi wo kuja kuvyarirayo.

Amakuru dukesha ijwi rya amerika avuga ko leta ya Donald Trump agiye gushiraho amategeko yankira abagore bibungenze kwinjira muri ico gihugu, kuko ngo baba bafise umugambi winyegeje wo kuvyarirayo kugira abana babe abanyamerika.

Kugira bikunde ko umugore yibungenze ahabwa ubwo burenganzira bwo kuja muri ico gihugu, ngo azoba atanze insiguro zikomeye.

Aho ni mu gihe ibwirizwa shingiro ry’ico gihugu riha ubwenegihugu umwana wese avukiye muri ico gihugu. Ariko bamwe mu bakomeye muri iyo leta bakaba babona ko uwo mugabo ageze ahatemba bitazomworohera gushitsa

What's your reaction?

Related Posts

1 of 755