footballhomepageIKIRUNDI_newsInkinokirundi

Lionel Messi muri PSG ngo arabwa ryiza

Ubu umugwi uraba abakinyi muri PSG ngo bavuze Lionel Messi abantu Bose ngo bakomera amashi rimwe.

Uwo mukinyi yashitse muri uwo mugwi wo mu gihugu c’ubufaransa mu mwaka uheze wa 2021 ataco batanze, ngo baramuryoherewe kubera ubwitange bwiwe.

Nkuko amakuru ava muri PSG abivuga, ngo Lionel Messi naho ibintu bitagenze neza nkuko babishaka mu mwaka uheze, ngo nta nkeka ko uwu mwaka ibintu bizogenda neza.

Nkuko amakuru ashikirizwa n’umumenyeshamakuru Arnaud Hermant abishikiriza, ngo uwo Lionel Messi yagarukanye Ingoga zikomeye gusumba izo bari bipfuza ko azanana.

Ayo makuru akabandanya ashira uwo mukinyi w’umunya Argentine mu Kibanza ca 1 c’umukinyi ariko aritanga bikomeye.

Uwo mukinyi akaba anaheruka kuvugwa n’umumenyereza Galtier ko mu misi mikeya bari bamaze gukorana ngo amaze kubona ko Ari umusore azoba ahagaze neza.

Umurundi asanzwe akinira uwo mugwi, Thilo Kehrer, akaba nawe mu kiganiro yahaye Jimbere Magazine yashize uwo mukinyi w’imyaka 35 mu Kibanza 1 c’umukinyi atonda imbere y’abandi mu myimenyereza muri PSG.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 864