EntertainmentkirundiUncategorized

Lolilo ngo azi chanella nayo chany Oueen ntaco amuziko

Chany Oueen mu kiganiro yakoranye na Hil top TV Yavuze ko atazi Lolilo Kandi ata n’umwana bafitaniye umwana wiwe afise Se, Kandi Lolilo ngo batibigeze banakundana.

 

Ivyo nivyo benshi batatahuye kuko urukundo rwabo baririmvyi 2 rwabaye rurangiranwa abantu baripfuza kumenya Ico Lolilo nawe yabivuzeko.

Kuri iyo Tv nyene Lolilo nawe bahavuye bamurondera yaravuye mugacerere aremeza neza yuko umwana avuga yuko amuzi ariko yamuvyaranye na chanella apana Chany Oueen.

Nayo ngo ubutandukane buhari hagati ya chanella na Chany Oueen ngo ni uko chanella wewe azi nurya baririmbana kera nurya yafashije kumenyekana mu muziki nayo ubu yarahindutse.

Ngo ntivyamuciye intege kwumva ko yamwihakanye ngo ahubwo yariko aramugirira publicite aranahumuriza abakunzi b’umuziki wiwe kubandanya bamukurikira kuko afise indirimbo igiye gusohoka vuba.

Umwana wa Lolilo na Chany yitwa Rahma yavutse 2005 ngo Se w, umwana amenywa na nyina. Musomyi mwiza wewe ibi bintu ubivugakwiki?

What's your reaction?

Related Posts

1 of 578