EntertainmenthomepageIKIRUNDI_newskirundiUncategorized

Mb Data ngo ntibigiye kworoha abanya Gitega ngo araje batimbireko

Tugerageje kuraba kuva aho Ibiteramo bavyugururiye n’ukuvuga abaririmvyi barasubiye kukivi benshi bariko bategura ibiteramo mu ntara hagati inyuma yaho twari twugarijwe n’ikiza Corona virus cateye kw’isi yose biravurwa Ko ibice vyabandura vyagabanutse nubwo atawo kwijajara twoguma twikingira .

Ibiteramo birakorwa ukuri kwamye igihugu cose.

Inyuma yaho Double Jay igenekerezo rya 9 ateramishije abantu kuri Ingoma Bar, i Gitega Ubu naho Mb Data igenekerezo rya 17 Ndamukiza uyu mwaka nyene kuri Pasika ngo arabahaye ikaze murico kibanza nyene, Ingoma Bar muzosangire indirimbo ziwe nka Ndarongowe,Timbirako,…..n’izindi mwakunze.

Azoba ari kumwe na Wetu,Mr pond’s,treyzo,Rappy Boy abanditsi ba Yooo
hamwe n’abaririmvyi bongaho mu ntara ya Gitega igiteramo citiriwe “Sibwabwana concert”

Inyuma y’igihe kirekire abaririmvyi bacu badasoroma kuvyobarimye aka n’akaryo keza ko kugenda kubashigikira narirya umwimbu w’umuririmvyi ari ibiteramo kw’injira n’amahera ibihumbi 2000 gusa.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 793