BurundiDevelopmentEnvironnementhomepagekirundi

Mu ndwi iza birashirwa ku mabarabara makurumakuru yo mu gisagara

Ibikoresho vyagenewe gutabwamwo imicafu ngo bigiye gushirwa ku mabarabara makurumakuru yo muri komine Mukaza mu gisagara ca Bujumbura kuva kuwa kane w’indwi buca dutangura.

Musitanteri w’iyo komine asaba abanyagisagara bose kwitwararika isuku ry’igisagara mu gushira imicafu aho izoba yateguriwe.

Renovat Sindayihebura asaba abajejwe intwaro nabo guhimiriza  abo barongoye na cane abadandaza hamwe n’abunguruza abantu n’ibintu gushiraho mwen’ico gikoresho mu ntumbero yo kwitwararika isuku.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 768