EntertainmenthomepageIKIRUNDI_newskirundiUncategorized

Mutima le comédien yatowe nk’umu nyarwenya w’umwaka muri AJS award 2021

Ajs awards 2021 ni ihiganwa ryari rihurikiyemwo abaririmvyi batari bake nabo bagahiganwa mu mice itandukanye, Kumwe n’abakinyi muri football co kimwe na basketball.

Abaririmba Hip pop bari ukwabo ,abaririmba ivyakaranga ukwabo,abaririmvyi bakicaruka nabo nyene ukwabo.

Umuririmvyi w’umwaka,umuririmvyi yakoze neza ku ruhande rw’abahungu, umuririmvyi yakoze neza ku ruhande rw’abakobwa,umu comédien w’umwaka
mu ncamake hariho ama catégorie atandukanye aho basaba gutora ukoresheje Econet umuririmvyi wese yarafise code yiwe ukoresha mu kumutora nkuko twara twarabamenyesheje mu makuru yaco yaheze.

Igenekerezo rya 7 Rusama 2022 kuri Arena Club
niho hatangirwa ubushimwe mu bisata bitandukanye ndetse n’aba Mc barashikiriwe
Mutima le comédien nawe akaba ariwe yatahukanye agashimwe k’umu Comédien w’umwaka.
Igituma gushika ubu atara bishira Ku mbuga ng’urukana bumenyi ngo si uko ataryoherewe ihiganwa, ahubwo hari ikiringo yihaye vuba mugiye kubibona ku mbuga ziwe zose akoresha
aranashimira abakoze ibishoboka vyose kugira atahukane ako gashimwe mu kumutora.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 793