BurundiIndundi Cinemakirundi

#Mutima|Usa,Europe,Australia,kenya,Tanzania,Uganda,…bamwitege

Inyuma yo kumara igihe kitari gito atwenza, yubaka imutima y’abumva ikirundi, Mutima ngo hagezweho abanyamahanga.

Mu kiganiro na indundi Magazine umunyarwenya(Comedy) azwi kw’izina rya Mutima, amenyesha kwagiye gutwenza abantu atavuze kugira abatumva ururimi rw’ikirundi nabo bazotwenge gushika bahasize imbavu.
Akavuga cane cane Ababa Ku mugabane wa America, Australia, Europe, abagande, n’abandi ko agiye kubaruhura.
Mutima akaba atagikora igikorwa co gutwenza abantu gusa, kuko muri kino gihe asigaye yizerwa cane mu gikorwa co kwamamaza (publicite), akaba amaze gukorera ama shirahamwe atari make ya hano iwacu, aho twovuga nka, Crown Royal, UBB (ubwiza Burundi business) ikorera mw’irohero.
Emmanwel Rice services Company kumwe n’ikigo CNPK co mu Kamenge, n’ibindi vyinshi.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 507