BurundihomepageJusticekirundi

N’aho bagiriwe ikigongwe n’umukuru w’igihugu ngo baracafise impungenge z’ukutazorekurwa

Ishirahamwe Ntabariza riharanira agateka kabapfungwa n’imiryango yabo risaba ko abanyororo bahejeje igipfungo cabo  ariko bagasabwa kuriha amahera bafitiye abandi canke amahadabu  botezurirwa.

Mu kiganiro n’abamenyeshamakuru kuri uyu wa gatatu,  uwurongoye iryo shirahamwe yamenyesheje ko muri abo harimwo abarindiriye gusohoka amabohero ku kigongwe c’umukuru w’igihugu yatanze mu ntango z’uku kwezi kwa Ntwarante.

Jean Marie Nshimirimana abona ko hari abadafise ayo mafaranga bopfuma bakoreshwa ibindi bikorwa vy’inyungu rusangi. Abivuze inyuma y’ikiganiro umukuru w’igihugu yaheruka gushikiriza ku bijanye n’irekurwa ry’abanyororo yacishije kuri Radio Isanganiro.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 764