Burundifootballgroups-at-messagekirundi_SportsSport

Namungo fc yakiriye uwundi murundi

Umurwi wa Namungo fc wo mw’ihiganwa Vodacom premier League wo muri Tanzania ukinamwo Blaise Bigirimana na Steve Nzigamasabo umenyerezwa n’umurundi Haruna waraye usinyishije umunyegoli w’umurwi nserukiragihugu Intamba mu rugamba Nahimana Jonathan Milenge Nahimana .

Nahimana aramenyereye cane ihiganwa ryo muri Tanzania akaba yarakiniye imirwi ibiri Mbao fc na KMC yaramazemwo igihe .

Muri uwo murwi bakama bamuhaye umwambaro inimero 13 .

Indundi imwifurije gutera imbere na rirya uwo murwi uzoserukira Tanzania mu ma higanwa ya Africa ahuza imirwi yabaye iya mbere iwabo .

What's your reaction?

Related Posts

1 of 585