EntertainmentmusicUncategorized

Natacha na Chany ninde yigisha uwundi kw’ihakana uwo bavyaranye?

Ni mugihe Hari haciye igihe benshi baguma bavuga umuririmvyi Chany Queen yuko yahagarikije kuririmba kuko yari mugacere kadasazwe umwaka 2022 utarahera yaciye adutamwo album izwi kw’izina rya Colors.

 

Mugihe iyo album yiwe yariko arayikorera media tour mu bibazo bitandukanye yagiye arabazwa harimwo kuvyerekeye urukundo rwiwe na Lolilo yarahakanye ko bakunda nye ndetse batanavyaranye.

Hari aka video Natasha yashize kumbuga ngurukana bumenyi arikumwe na Chany Queen yakurikije amajambo avuga ko Chany Queen yariko aramuhanura uko yokwihakana nawe umuzungu wiwe Alfredo

Ikibazo caciye kigaruka mu bantu ni mbega Chany na Natasha ninde yatanguye ivyo kw’ihakana uwo bavyaranye?
Ni mugihe muziko Natacha yavyaranye na Nziza Desire ariko uwomwana akababa atwara izina ry’umuzungu yitwa Leila Alfredo.

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 380