Entertainmenthomepagekirundi

Owen Golden Inyuma y’indirimbo yakoranye na Ester Nish twokwitega iki ko isango yamaze kuritanga vuba cane

 

Owen n’umuririmvyi w’umurundi asanzwe aba mu makungu neza na neza muri Canada.

 

Umwuga wo kuririmba yawutanguye kuwufata nk’akazi mu mwaka 2020 ubu akaba ageze ku ndirimbo 6
harimwo niyo yakoranye na Esther Nish yitwa “Vibration”

Kubwiwe ngo arashima uko abantu babandanya bamwakira mu bikorwa vyiwe ndetse aranasaba uwo wese abishoboye ngo abandanye ku mushigikira
mu gushikana indirimbo ziwe kure ngo kuko gukora umuziki uri mu mahanga bigoye yamara atarota adedebukikwa.

Ku musi wa gatanu Igenekerezo rya 18 Munyonyo 2022 agiye kuduha indirimbo yiwe nshasha izoba yitwa “Solo” audio&video mukurindira iyo ndirimbo tubandanye turyoherwa na “Vibration”

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 769