BurundihomepageJusticekirundiPolitique

Petero Buyoya yaciriwe umunyororo wo guherayo

Uwahoze arongoye igihugu c’Uburundi mu myaka iheze Petero Buyoya yaciriwe umunyororo wo guherayo amaze kwagira icaha co kugandagura Perezida Ndadaye Melchior.

Petero Buyoya muri kino gihe ahagarariye ishirahamwe ry’ubumwe bwa Afrika mu karere ka Sahel yaciriwe umunyororo wo guherayo ku vyagiriji bine bishingiye kw’igandagurwa ry’umuhisi Perezida Melchior Ndadaye. Mu mwaka w’2018, Reta y’Uburundi yari yashizeho impapuro mpuzamakungu zo gufata uwo yahoze ari umukuru w’igihugu yagirizwa uruhara mw’igandagurwa ry’umuhisi Perezida Melchior Ndadaye.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 764