BurundiEntertainmentGospelkirundi

#Sugu J| Ibinyegezwa biri inyuma y’ubupfumu n’uburozi “Prophet Joshua”

Hari igihe ubuzima buhinduka umuntu akabura icafata n’ico areka, imisozi igafuka uruhanga, amaso agatibira,ubwanwa bugafuka umunwa, inzunzi zikuzura, bikanka ko yambuka, bikanka nuko asubira inyuma, ico abona yokwifadikiza cose akagiha ikuboko, gushika naho haza imivo ikamuhitana.

Ubuzima bubi n’ibibazo nka ben’ivyo nivyo vyaranze uwohoze ari igihangange mu baririmvyi ba hano iwacu Didier azwi kw’izina rya Sugu J. Ubupfumu n’uburozi ni bimwe muvyo Didier Nduwimana yabona ko bishobra kumugira igihangange kandi yarabikoresheje birakora koko, ariko iherezo rya vyo vyamuviriyemwo gusubira inyuma nk’ibirenge.

Ibimazi yaratabitanze kugira arokore ubuzima bwiwe, ico yasabwa cose yaragikoze kugira atere imbere ave mu bibazo, ubusambanyibutagira izina,umuruho, guhangayika, guhemuka niyo nyungu yakuyenwo.

Insiguro y’ibimazi bitangwwa ku bapfumu, itandukaniro riri hagati y’abapfuma kumwe n’abaganga bavuza imiti y’ikirundi, ingaruka mbi yo kugendera mu bapfumu n’abarozi, iterambere rivuye kuribo, Inyishu y’ibibazo n’ibindi vyinshi mushobora gukurikirana igice c’intaghe ya mbere y’umukozi w’Imana Prophet Joshua aha musi.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 584