Umuzo wa Bain Turo ushobora kuza utandukanye cane
Inyuma yaho yakora wenyene vyasa nk'aho bigorana ariko bigateba bigashika, ni Bain Turo (Bain Ten) mu nyuma yashizwe k’urutonde rw’abaririmvyi bagiye guhagararirwa na Empire Avenue isanzwe ihagarariwe na Manager Kent-P…