Chany Queen yavuze kubahoze ari abakunzi biwe, aba Ex
R flow na Lolilo bari muri 5 bagendanye na Chany Queen, ariko umwe muribo babasha kuronka icamwa c'urukundo rwabo. Uno musi Chany Queen nta muhungu agira mu buzima bwiwe, umukunzi, igituma ngo nuko atigeze agira…