SUNNY B Ft MB DATA & KINGORONGORO -NTUKOREKO [OFFICIAL VIDEO ]
https://www.youtube.com/watch?v=QsJtK7srjnE
https://www.youtube.com/watch?v=QsJtK7srjnE
https://www.youtube.com/watch?v=wDPMju5x3W8
Umuririmvyi Mb Data yamesheje ko agiye gushira ahabona ikindi gikorwa naho atashoboye kumenyesha ngo ni ryari agiye gutanga ico gikorwa. Kuri uyu wa wakane itariki 2 z’ukwezi kwa kane abicishije kurubuga rwiwe rwa Facebook…
Inyuma y'igihe kinini ataboneka mugakino, munyuma akaza gusubira kwumvikanira munzu y'ubuhinyanyuzi izwi nka M.A isanzwe irongowe na Mugisha Amir arabandanya gukora ibitangaza mumuziki w'Uburundi aho abandanya…
https://www.youtube.com/watch?v=KWQRe09lkE8
Inyuma yaho akoreye indirimbo yiwe igira kabiri abifashijwemwo na Label ya Rockstone Kingdom munyuma agafata urugendo rumwerekeza mumahanga aho yagiye kwiga kandi ariko yemeza ko yagiye afise ibikorwa vyinshi bibitse…
Sat B, Natacha , MB Data hamwe na Iry Tina nibo bagiye kuzoherekeza Sheebah Karungi i Bujumbura mu giteramo ku butumire bw’abarongoye Cristal Event yaronkejwe. Sat-B & Sheebah Karungi Abarongoye Cristal Event!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.