Inyuma yo kuronswa amasezerano mu gihugu ca Tanzaniya, ubu yizewe n’abarundi
Natacha Ngendabanka n’umwe mu baririmvyi bariko bakorana ishaka n’ingumvu nyinshi aho ubona aza mu kibanza ca mbere mu baririmvyi bagerageza gusohoka igihugu ndetse bakanakora ama Collabo agiye atandukanye. Inyuma yaho…